Cumi na rimwe ( canke icumi na rimwe) ni igiharuro canke igitigiri kiri hagati ya cumi (10) na cumi na kabiri (12).